podcasts.eu.org

TTB Ikirundi Inyigisho ya Bibiliya (Ikirundi)

by THRU the BIBLE · 1,000 episodes

ReligionSpiritualityChristianity

Website ↗ More by author

Menya Ijambo ry’Imana ryose biciye mu nyigisho za Bibiliya zo kwizigirwa za THRU the BIBLE mu Kirundi. Ikiganiro cose gitanga inyigisho itomoye kandi ngirakamaro kugira igufashe gutahura Ivyanditswe no kubikoresha mu buzima bwa misi yose. Genda muri Bibiliya icigwa ku kindi uri kumwe n’abumviriza bo kw’isi yose. Menya vyinshi kuri TTB.BIBLE

Latest episodes

  1. Imibabaro n'ivyanditswe

    Twarabiye hamwe umubabaro n'ivyanditswe. Twabonye ko abavugishwa n'Imana bose bo mw'isezerano rya kera bavugishijwe ku mibabaro ya Kristo n'ubwigenge bwiwe n'ubwiza buzoza igihe Kr…

  2. Umubabaro n'umutekano w'abizera

    Twakomeje kurabira hamwe imibabaro no gukingigwa kw'abizera. Twabonye ko abizera bategerezwa kwihanganira ibigeragezo vyo kuri iyi si kuko arivyo bituma barama bakaba abkristo bash…

  3. Kwizera Imana

    Twarabiye hamwe ukuntu Imana ariyo ikwiye gutazigwa. Twabonye ko twavyawe kugira ngo tugire ivyiziro bizima bihagaze ku kuzuka mu bapfuye kwa Yesu Kristo kandi twavyawe n'imbuto it…

  4. Intangamarara y'icete

    Twabonye intangamarara y'icete ca mbere ca Petero. Muri iyo ntangamarara twabonye ko Simoni Petero ariwe yanditse iki cete kandi tubona ko Petero yari intumwa ya Yesu Kristo. Iki c…

  5. Ivyizerwa rukristo

    Mu cigwa giheruka twize umurongo umwe gusa wa kabiri (1 Petero 1 :2) Muri uwo murongo Petero yavuze ku bantu no ku butatu bw'Imana. Twabonyeko kandi Imana ifise uburenganzira n'ubu…

  6. Urubanza ku bagwanizi b'Imana

    c'igitabo ca Yoweli. Aho twaragirije ku majambo

  7. Ingene Imana izokiza abantu bayo

    Twarabiye hamwe ukuntu Imana izokiza abantu bayo, twabonye kandi ko Imana izohezagira igihugu kikongera kikabonekamwo imvura n'ivyimbugwa hamwe n'ibitungwa. Imana yasenzeranye ko i…

  8. Imana isaba abantu ngo bayigarukeko

    Twakomeje kurabira hamwe ukuntu Imana yasavye abantu bayo ngo bihane. Twabonye ko abantu bahamagagwa n'akamo k'inzamba ngo bakoranire hamwe kugira ngo bashobore kwumva ijambo ry'Im…

  9. Ivy'umunsi w'Uhoraho

    Twarabiye hamwe ikiza c'inzige cashitse mu gihugu ca Isirayeli. Yoweli yagereranije ico kiza c'inzige n'umunsi w'Uhoraho, umnsi uzoba uhambaye kuko azoba ari umunsi wo guhona. Yoha…

  10. Kuzobona umunsi w'Uhoraho

    Twakomeje kurabira hamwe ivy'umunsi w'Uhoraho nkuko Yoweli awusobanura. Twabonye ko uwo munsi w'Uhoraho uzoba ari umunsi uhambaye , umunsi uteye ubwoba. Uwo munsi uzotangurana n'am…

  11. Ikiza c'inzige

    Twrabiye hamwe intangamarara y'igitabo c'uwavugishwa n'Imana Yoweli.Muri iyo ntangamarara twabonyeko umuvugishwa n'Imana Yoweli ariwe yatanguye gukoresha imvugo: Umusi w'Uhoraho. T…

  12. Ikiza c'inzige

    Mu cigwa cacu giheruka, twakomeje kurabira hamwe ibindi bintu Imana yasavye Ab'Isirayeli gukora mu gihe c'ikiza c'inzige. Yababwiye ngo bashinge igihe co kwisonzesha batangaze hose…

  13. Intangamarara y'igitabo

    Twarabiye hamwe intangamarara y'igitabu c'uwavugishwa n'Imana Yoweli. Muri iyo ntangamarara, twabonye ko uwavugishwa n'Imana Yoweli ariwe yatanguye gukoresha imvugo y'ijambo rivuga…

  14. Isirayeli ihindukirira Egiputa na Ashuri ngo bibakize

    Twarabiye hamwe ukuntu Isirayeli yirukiye Egiputa na Ashuri irondera imfashanyo ariko ntayo yaronse.

  15. Impanuro y' ukwihangana

    Ubuheruka, twarangije icete ca Yakobo , twumvise amajambo y'impanuro yerekeye ivyo kwihangana aho yerekanye ko ari ukwihangana gushika kw'iherezo. Ikindi twabonye n'ubushobozi bwo…

  16. Yakobo ahana abatunzi

    Twaganiriye ku mahani yahawe abatunzi twishimikije ivyanditswe mu cete ca Yakobo 5:1-6. Muri iyo mirongo , Yakobo arereka abatunzi yuko itunga rikuru ari ukwubaha Imana. Nayo ahand…

  17. Kugwanya Satani no kwiyegurira Imana

    Mu kiganiro giheruka twabonye mu gice ca 4, ivy'ukugwanya satani , ukwicisha bugufi hamwe n'ukwirinda gufata imigambi ya kazoza hatarimwo Imana.

  18. Kwirinda gucudika n'isi

    Twaronse inyigisho zijanye nokwirinda ngo ntiducudike n'isi nk'uko tubibona Yakobo 4:4 havuga ngo : Yemwe basambanyi ntimuzi yuko gucudika n'isi ari ukwankana n'Imana. Nuko umuntu…

  19. Ingene ururimi rutwanduza

    Ubuheruka twaganiriye ivy'ugufata ururimi. Twongera turabira hamwe mu ncamake itandukaniro ry'ubwenge bwo mw'isi n'ubwo mw'ijuru.Twibukanije ko ururimi rushobora guturira igisagara…

  20. Intangamarara y'igitabo

    Twumvise amajambo y'intangamara y'iki cete canditswe na Yakobo. Yakobo yarerekanye neza ko ukwizera kubonekera mu bikorwa. Muri iki cete turabona amajambo abiri aguma agaruka: irya…

Nothing playing
0:00 / 0:00